Guharura 31:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Murazi neza ko ari bo batumye Abisirayeli bahemukira+ Yehova ku vyabaye i Peyori+ biciye kuri Balamu, ku buryo ikiza gitera ishengero rya Yehova+. 1 Abakorinto 10:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Eka kandi ntituze turakora ubusambanyi* nk’uko bamwe muri bo babukoze, hagapfa abantu 23.000 ku musi umwe+. Ivyahishuwe 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ariko hariho ibintu bikeyi ndakunegura: iwawe hariho abakurikira inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ ingene yotsitaza Abisirayeli, kugira barye ivyashikaniwe ibigirwamana bongere bakore ubusambanyi*+.
16 Murazi neza ko ari bo batumye Abisirayeli bahemukira+ Yehova ku vyabaye i Peyori+ biciye kuri Balamu, ku buryo ikiza gitera ishengero rya Yehova+.
8 Eka kandi ntituze turakora ubusambanyi* nk’uko bamwe muri bo babukoze, hagapfa abantu 23.000 ku musi umwe+.
14 Ariko hariho ibintu bikeyi ndakunegura: iwawe hariho abakurikira inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ ingene yotsitaza Abisirayeli, kugira barye ivyashikaniwe ibigirwamana bongere bakore ubusambanyi*+.