Kuvayo 34:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mwiyubare ntimuze mugiranire isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko bazohava basambana n’imana zabo kandi bakazishikanira ibimazi+ hanyuma bakabatumira mukarya ku bimazi vyabo+. 1 Abakorinto 10:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Oya. Ahubwo nshaka kuvuga yuko ivyo amahanga ashikana, abishikanira amadayimoni, ntabishikanira Imana+. Nanje sinshaka ko musangira n’amadayimoni+.
15 Mwiyubare ntimuze mugiranire isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko bazohava basambana n’imana zabo kandi bakazishikanira ibimazi+ hanyuma bakabatumira mukarya ku bimazi vyabo+.
20 Oya. Ahubwo nshaka kuvuga yuko ivyo amahanga ashikana, abishikanira amadayimoni, ntabishikanira Imana+. Nanje sinshaka ko musangira n’amadayimoni+.