ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Mwariboneye n’amaso yanyu ivyo Yehova yakoze kubera Bayali y’i Peyori. Yehova Imana yanyu yarahoneje abantu bose bakurikiye Bayali y’i Peyori+.

  • Yosuwa 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Mbega ikosa ry’i Peyori ribaye rito? Honyene gushika n’uyu musi ntiriratuvako naho ishengero rya Yehova ryahanishijwe icago+.

  • Zaburi 106:28, 29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Nuko batangura gusenga* Bayali y’i Peyori+,

      barya no ku bimazi bishikanirwa abapfuye*.

      29 Barasomborokeje Imana kubera ibikorwa vyabo+,

      na yo ica ibarungikamwo ikiza+.

  • Hoseya 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 «Nubutse kuri Isirayeli nk’uwubutse ku nzabibu mu gahinga+.

      Igihe nabona ba sokuruza banyu, wamengo mbonye insukoni zeze kare ku musukoni.

      Ariko bobo bakurikiye Bayali y’i Peyori+,

      bihebera ico kintu giteye isoni*+,

      baca bacika abasesemye nk’ico kintu bakunda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika