Kuvayo 6:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Eleyazari+, umuhungu wa Aroni, arongora umwe mu bakobwa ba Putiyeli, araheza avyara Finehasi+. Abo ni bo bakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango* w’Abalewi hisunzwe ukuntu ikurikirana+. Yosuwa 22:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Umuherezi Finehasi n’abakuru b’ishengero n’abakuru baserukira imiryango* ya Isirayeli bari kumwe na we, bumvise amajambo abakomoka kuri Rubeni, Gadi na Manase bavuze, barabishima+.
25 Eleyazari+, umuhungu wa Aroni, arongora umwe mu bakobwa ba Putiyeli, araheza avyara Finehasi+. Abo ni bo bakuru b’imigwi mikurumikuru igize umuryango* w’Abalewi hisunzwe ukuntu ikurikirana+.
30 Umuherezi Finehasi n’abakuru b’ishengero n’abakuru baserukira imiryango* ya Isirayeli bari kumwe na we, bumvise amajambo abakomoka kuri Rubeni, Gadi na Manase bavuze, barabishima+.