Kuvayo 20:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubisenga*+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba gusengwa* yonyene+. Mpanira abana ikosa rya ba se gushika ku runganwe* rugira gatatu no ku rugira kane rw’abanyanka, Kuvayo 34:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ntimuze mwunamire izindi mana+, kuko jewe Yehova ndi Imana isaba gusengwa yonyene*. Egome, ndi Imana isaba gusengwa yonyene*+. Gusubira mu vyagezwe 4:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Kuko Yehova Imana yanyu ari umuriro utema ugatongora+, Imana isaba gusengwa* yonyene+.
5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubisenga*+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba gusengwa* yonyene+. Mpanira abana ikosa rya ba se gushika ku runganwe* rugira gatatu no ku rugira kane rw’abanyanka,
14 Ntimuze mwunamire izindi mana+, kuko jewe Yehova ndi Imana isaba gusengwa yonyene*. Egome, ndi Imana isaba gusengwa yonyene*+.