Guharura 25:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Aca akurikira uwo mugabo w’Umwisirayeli mw’ihema, arabatobekeranya bose, uwo mugabo n’uwo mugore, acishije mu bihimba vy’irondoka vy’uwo mugore. Ikiza cari ku Bisirayeli gica kirahagarara+. Guharura 25:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Uwo Mumidiyanikazi yishwe na we yitwa Kozibi, umukobwa wa Zuri+. Zuri yari umukuru w’umugwi ugizwe n’imiryango yakomokamwo i Midiyani+.
8 Aca akurikira uwo mugabo w’Umwisirayeli mw’ihema, arabatobekeranya bose, uwo mugabo n’uwo mugore, acishije mu bihimba vy’irondoka vy’uwo mugore. Ikiza cari ku Bisirayeli gica kirahagarara+.
15 Uwo Mumidiyanikazi yishwe na we yitwa Kozibi, umukobwa wa Zuri+. Zuri yari umukuru w’umugwi ugizwe n’imiryango yakomokamwo i Midiyani+.