Itanguriro 30:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Aca avuga ati: «Imana yangabiye, emwe ingabire nziza cane! Ubu nawe nu umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.» Nuko amwita Zabuloni*+. Itanguriro 46:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abahungu ba Zabuloni+ bari Seredi, Eloni na Yakileli+.
20 Aca avuga ati: «Imana yangabiye, emwe ingabire nziza cane! Ubu nawe nu umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.» Nuko amwita Zabuloni*+.