Yosuwa 17:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Maze umuryango wa Manase+, ari we mfura ya Yozefu+, uronka akarere biciye ku bupfindo+. Makiri+ imfura ya Manase akaba na se wa Gileyadi yari umugabo azi kurwana. Yahawe akarere ka Gileyadi n’aka Bashani+.
17 Maze umuryango wa Manase+, ari we mfura ya Yozefu+, uronka akarere biciye ku bupfindo+. Makiri+ imfura ya Manase akaba na se wa Gileyadi yari umugabo azi kurwana. Yahawe akarere ka Gileyadi n’aka Bashani+.