Guharura 27:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 «Ivyo abakobwa ba Zelofehadi bavuga ni vyo. Utegerezwa kubaha itongo cokimwe na benewabo na se, ubashikirize intoranwa ya se wabo+. 1 Ngoma 7:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Makiri aronderera umugore Hupimu amuronderera na Shupimu. Mushiki wabo yitwa Mayaka.) Uwa kabiri yitwa Zelofehadi+, mugabo Zelofehadi yavyaye abakobwa gusa+.
7 «Ivyo abakobwa ba Zelofehadi bavuga ni vyo. Utegerezwa kubaha itongo cokimwe na benewabo na se, ubashikirize intoranwa ya se wabo+.
15 Makiri aronderera umugore Hupimu amuronderera na Shupimu. Mushiki wabo yitwa Mayaka.) Uwa kabiri yitwa Zelofehadi+, mugabo Zelofehadi yavyaye abakobwa gusa+.