Yosuwa 15:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Akarere umuryango wa Yuda waronse*+ ku bw’ingo ziwugize, karagenda gushika ku rubibe rwa Edomu+, ni ukuvuga ubugaragwa bwa Zini, kakabandanya gushika ku rubibe rwo mu bumanuko rw’akarere ka Negebu.
15 Akarere umuryango wa Yuda waronse*+ ku bw’ingo ziwugize, karagenda gushika ku rubibe rwa Edomu+, ni ukuvuga ubugaragwa bwa Zini, kakabandanya gushika ku rubibe rwo mu bumanuko rw’akarere ka Negebu.