Gusubira mu vyagezwe 31:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Maze Musa aragenda, abwira Abisirayeli bose aya majambo. 2 Ababwira ati: «Ubu mfise imyaka 120+. Singishoboye kubayobora*, kuko Yehova yambwiye ati: “Ntuzojabuka uru ruzi Yorodani+.” Ivyakozwe 7:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ashikanye imyaka 40, yaragize iciyumviro* co kuja kuraba benewabo b’Abisirayeli*+. Ivyakozwe 7:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Imyaka 40 irangiye, umumarayika yaramubonekeye mu gahinga k’umusozi Sinayi, mu rubeya rw’igisaka c’amahwa caka umuriro+. Ivyakozwe 7:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Uwo muntu yarabakuye mu Misiri+, akorera ibitangaza n’ibimenyetso mu Misiri+, ku kiyaga Gitukura+ no mu bugaragwa, mu myaka 40+.
31 Maze Musa aragenda, abwira Abisirayeli bose aya majambo. 2 Ababwira ati: «Ubu mfise imyaka 120+. Singishoboye kubayobora*, kuko Yehova yambwiye ati: “Ntuzojabuka uru ruzi Yorodani+.”
30 Imyaka 40 irangiye, umumarayika yaramubonekeye mu gahinga k’umusozi Sinayi, mu rubeya rw’igisaka c’amahwa caka umuriro+.
36 Uwo muntu yarabakuye mu Misiri+, akorera ibitangaza n’ibimenyetso mu Misiri+, ku kiyaga Gitukura+ no mu bugaragwa, mu myaka 40+.