Gusubira mu vyagezwe 34:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Musa aca ava mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu, aduga ku musozi Nebo+ kw’isonga rya Pisiga+, aharabana n’i Yeriko+. Yehova araheza amwereka ico gihugu cose, kuva i Gileyadi gushika i Dani+, Gusubira mu vyagezwe 34:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Maze Yehova amubwira ati: «Iki ni co gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo, nkababwira nti: “Nzogiha uruvyaro* rwanyu+.” Ndakikweretse urakibona n’amaso yawe, ariko ntuzojabuka ngo ucinjiremwo+.»
34 Musa aca ava mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu, aduga ku musozi Nebo+ kw’isonga rya Pisiga+, aharabana n’i Yeriko+. Yehova araheza amwereka ico gihugu cose, kuva i Gileyadi gushika i Dani+,
4 Maze Yehova amubwira ati: «Iki ni co gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo, nkababwira nti: “Nzogiha uruvyaro* rwanyu+.” Ndakikweretse urakibona n’amaso yawe, ariko ntuzojabuka ngo ucinjiremwo+.»