Kuvayo 34:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hanyuma avuga ati: «Nimba nagiriwe ubuntu imbere yawe, ewe Yehova, ndakwinginze Yehova, ugendere hagati yacu+ naho turi abantu b’intumva*+, kandi uduharire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ihanga ryawe bwite.» Zaburi 78:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Vyotumye kandi batamera nka ba sekuruza babo,urunganwe rw’intagondwa kandi rw’abagarariji+,urunganwe rw’umutima uhindagurika*+kandi ruhemukira Imana.
9 Hanyuma avuga ati: «Nimba nagiriwe ubuntu imbere yawe, ewe Yehova, ndakwinginze Yehova, ugendere hagati yacu+ naho turi abantu b’intumva*+, kandi uduharire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ihanga ryawe bwite.»
8 Vyotumye kandi batamera nka ba sekuruza babo,urunganwe rw’intagondwa kandi rw’abagarariji+,urunganwe rw’umutima uhindagurika*+kandi ruhemukira Imana.