Guharura 11:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Isinzi ry’abanyamahanga+ bari kumwe na bo batangura kwipfuza cane+ ivyo kurya vyizavyiza. Abisirayeli na bo nyene baca batangura kurira, bavuga bati: «Ni nde azoduha inyama turya+? Guharura 11:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Aho hantu baca bahita Kiburoti-Hatava*+, kuko bahahamvye abantu bafise ameru+.
4 Isinzi ry’abanyamahanga+ bari kumwe na bo batangura kwipfuza cane+ ivyo kurya vyizavyiza. Abisirayeli na bo nyene baca batangura kurira, bavuga bati: «Ni nde azoduha inyama turya+?