Gusubira mu vyagezwe 4:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nimwarondera Yehova Imana yanyu mumaze gushika muri ayo mahanga, mukamurondera n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+, ntimuzobura kumuronka+. Gusubira mu vyagezwe 6:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose, n’ubuzima bwawe bwose+, n’inkomezi* zawe zose+. Gusubira mu vyagezwe 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ubu rero yemwe Bisirayeli, none hari ikindi Yehova Imana yanyu abasaba+ atari ugutinya Yehova Imana yanyu+, kugendera mu nzira ziwe zose+, kumukunda, gukorera Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+, Matayo 22:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Amwishura ati: «“Utegerezwa gukunda Yehova* Imana yawe n’umutima wawe wose, n’ubuzima bwawe bwose, n’ubwenge bwawe bwose+.”
29 Nimwarondera Yehova Imana yanyu mumaze gushika muri ayo mahanga, mukamurondera n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+, ntimuzobura kumuronka+.
5 Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose, n’ubuzima bwawe bwose+, n’inkomezi* zawe zose+.
12 Ubu rero yemwe Bisirayeli, none hari ikindi Yehova Imana yanyu abasaba+ atari ugutinya Yehova Imana yanyu+, kugendera mu nzira ziwe zose+, kumukunda, gukorera Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+,
37 Amwishura ati: «“Utegerezwa gukunda Yehova* Imana yawe n’umutima wawe wose, n’ubuzima bwawe bwose, n’ubwenge bwawe bwose+.”