Kuvayo 23:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Muze mwitwararike gukora ivyo nabategetse vyose+, kandi ntimuze muvuge amazina y’izindi mana. Ntimuzoyacishe no mu kanwa kanyu+. Yosuwa 23:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 kandi ntimuze mwigere mwifatanya n’ayo mahanga+ agisigaye mu gihugu. Ntimuze munacishe mu kanwa amazina y’imana zabo+ canke ngo muyakoreshe mu kurahira. Ntimuze mwigere mukorera izo mana canke ngo muzunamire+.
13 Muze mwitwararike gukora ivyo nabategetse vyose+, kandi ntimuze muvuge amazina y’izindi mana. Ntimuzoyacishe no mu kanwa kanyu+.
7 kandi ntimuze mwigere mwifatanya n’ayo mahanga+ agisigaye mu gihugu. Ntimuze munacishe mu kanwa amazina y’imana zabo+ canke ngo muyakoreshe mu kurahira. Ntimuze mwigere mukorera izo mana canke ngo muzunamire+.