ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 29:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Abantu baranezerewe bariko baratanga amashikanwa bavyishakiye, kubera bayashikaniye Yehova n’umutima wabo wose+. Umwami Dawidi na we nyene aranezerwa cane.

  • Ezira 2:68
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 68 Bamwe mu bakuru b’imigwi mikurumikuru igize imiryango ya Isirayeli bamaze gushika ku nzu ya Yehova i Yeruzalemu, baciye batanga amashikanwa bavyishakiye+ ku bw’inzu y’Imana y’ukuri, kugira ngo isubire kwubakwa* aho yahora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika