Abalewi 17:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Umwisirayeli canke umunyamahanga aba muri mwebwe niyaja guhiga agafata igikoko canke inyoni iribwa, ategerezwa gusesa amaraso yayo hasi+, ace ayafurira. Gusubira mu vyagezwe 15:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ariko ntimuze murye amaraso yaco+. Mukwiye kuyasesa hasi nka kurya kw’amazi+.
13 Umwisirayeli canke umunyamahanga aba muri mwebwe niyaja guhiga agafata igikoko canke inyoni iribwa, ategerezwa gusesa amaraso yayo hasi+, ace ayafurira.