Gusubira mu vyagezwe 12:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Muzozana ibintu vyose ndababwiye ahantu Yehova Imana yanyu azoba yatoye ngo hitirirwe izina ryiwe+, ni ukuvuga amashikanwa aturirwa, ibimazi, ivy’icumi+, intererano n’amashikanwa yose yo gushitsa ivyo mwasezeraniye Yehova. Gusubira mu vyagezwe 14:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ayo mahera muzoshobora kuyagura ikintu cose mwipfuza, yaba ari inka, intama, impene, umuvinyu canke izindi nzoga, ikintu ico ari co cose mushaka. Muzoheza mubirire imbere ya Yehova Imana yanyu, muhimbarwe muri kumwe n’imiryango yanyu+.
11 Muzozana ibintu vyose ndababwiye ahantu Yehova Imana yanyu azoba yatoye ngo hitirirwe izina ryiwe+, ni ukuvuga amashikanwa aturirwa, ibimazi, ivy’icumi+, intererano n’amashikanwa yose yo gushitsa ivyo mwasezeraniye Yehova.
26 Ayo mahera muzoshobora kuyagura ikintu cose mwipfuza, yaba ari inka, intama, impene, umuvinyu canke izindi nzoga, ikintu ico ari co cose mushaka. Muzoheza mubirire imbere ya Yehova Imana yanyu, muhimbarwe muri kumwe n’imiryango yanyu+.