ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ntihaze hagire ico mwongera ku majambo ndabategetse, kandi ntihaze hagire ico mukurako+, kugira mwubahirize amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu ndiko ndabashikiriza.

  • Yosuwa 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Wewe gusa gira umutima rugabo kandi ukomere cane, ukurikize neza amategeko yose umusavyi wanje Musa yaguhaye. Ntuze uyarengeko ngo ukatire iburyo canke ibubamfu+. Bizotuma ukorana ubukerebutsi* aho uzoja hose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika