Guharura 18:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Yehova abandanya kubwira Aroni ati: «Ntuzotorana mu gihugu cabo kandi nta mugabane uzoronka muri bo+. Ni jewe ndi umugabane wawe n’intoranwa yawe mu Bisirayeli+. Gusubira mu vyagezwe 10:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ni co gituma Abalewi ata mugabane canke intoranwa bahawe hamwe na benewabo. Yehova ni we ntoranwa yabo nk’uko Yehova Imana yanyu yabibabwiye+.
20 Yehova abandanya kubwira Aroni ati: «Ntuzotorana mu gihugu cabo kandi nta mugabane uzoronka muri bo+. Ni jewe ndi umugabane wawe n’intoranwa yawe mu Bisirayeli+.
9 Ni co gituma Abalewi ata mugabane canke intoranwa bahawe hamwe na benewabo. Yehova ni we ntoranwa yabo nk’uko Yehova Imana yanyu yabibabwiye+.