Gusubira mu vyagezwe 26:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Niwaheza kwegeranya+ ic’icumi c’umwimbu wawe wose mu mwaka ugira gatatu, ari wo mwaka wo gutanga ic’icumi, uzobiha Abalewi, abanyamahanga, impfuvyi n’abapfakazi baba mu bisagara* vyanyu, na bo babirye bahage+.
12 Niwaheza kwegeranya+ ic’icumi c’umwimbu wawe wose mu mwaka ugira gatatu, ari wo mwaka wo gutanga ic’icumi, uzobiha Abalewi, abanyamahanga, impfuvyi n’abapfakazi baba mu bisagara* vyanyu, na bo babirye bahage+.