ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Umwe wese azotanga bivanye n’ingene Yehova Imana yanyu azoba yamuhezagiye+.

  • 1 Abakorinto 16:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ku musi wa mbere buri ndwi, umwe wese muri mwebwe akwiye kuraba ico ashira ku ruhande bivanye n’uburyo afise, kugira ngo ntimwegeranye intererano ari uko nshitse.

  • 2 Abakorinto 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Kuko iyo umuntu afise umutima ukunze, ivyo atanga vyemerwa canecane hisunzwe ivyo afise+, ntihisungwa ivyo adafise.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika