ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Muzohimbaza kandi umusi mukuru w’iyimbura* ry’ivyeze ubwa mbere mu vyo mwateye mu mirima+ be n’umusi mukuru wo gusozera iyimbura* mu mpera z’umwaka, igihe muzoba muriko muregeranya ivyo mwimbuye mu mirima+.

  • Abalewi 23:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 «Bwira Abisirayeli uti: “Umusi ugira 15 w’ukwo kwezi kw’indwi uzoba ari umusi mukuru w’insago*. Muzomara imisi indwi muhimbariza Yehova uwo musi mukuru+.

  • Guharura 29:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ku musi ugira 15 w’ukwezi kugira indwi, muzogira ikoraniro ryeranda. Ntimukwiye gukora igikorwa na kimwe kiruhisha. Muzomara imisi indwi muhimbaza umusi mukuru wa Yehova+.

  • Gusubira mu vyagezwe 31:10, 11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Musa aca abategeka ati: «Uko haheze imyaka indwi, igihe cashinzwe kigeze, mu mwaka wo guheberanira amadeni+, ku musi mukuru w’insago*+, 11 igihe Abisirayeli bose bazoba baje imbere ya Yehova+ Imana yanyu ahantu azoba yaratoye, muzosomera aya mategeko Abisirayeli bose kugira bayumve+.

  • Yohani 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ariko umusi mukuru w’Abayuda, ari wo musi mukuru w’insago*+, wari hafi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika