ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 18:25, 26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Araheza atora muri Isirayeli abagabo babishoboye, abagira abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi. 26 Nuko baza baratunganiriza abantu igihe havyutse imanza. Imanza zigoye bazizanira Musa+, na bo bakaza baraca izoroshe.

  • Gusubira mu vyagezwe 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ico gihe nategetse abacamanza banyu nti: “Igihe mwumviriza imanza za benewanyu, mukwiye guca urubanza rugororotse+ hagati y’Umwisirayeli na mugenziwe canke umunyamahanga aba muri mwebwe+.

  • 2 Ngoma 19:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Yehoshafati abandanya kuba i Yeruzalemu. Yongera kugendera abanyagihugu kuva i Beri-Sheba gushika mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, kugira ngo abafashe kugaruka kuri Yehova Imana ya ba sekuruza+. 5 Agena n’abacamanza hirya no hino mu gihugu, mu gisagara cose+ gikingijwe ibihome co mu Buyuda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika