Mika 6:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ewe muntu, yarakubwiye iciza ico ari co. None hari ikindi Yehova agusaba*? Ico agusaba gusa ni ugukurikiza ubutungane*+, gukunda ukudahemuka*+no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+!
8 Ewe muntu, yarakubwiye iciza ico ari co. None hari ikindi Yehova agusaba*? Ico agusaba gusa ni ugukurikiza ubutungane*+, gukunda ukudahemuka*+no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+!