Ezekiyeli 21:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Kuko umwami wa Babiloni ahagarara ku masanganzira, aho rya barabara rishamika rikavamwo abiri, kugira ngo aragure. Arazungagiza imyampi, akitura ibigirwamana vyiwe*, agasuzuma igitigu.
21 Kuko umwami wa Babiloni ahagarara ku masanganzira, aho rya barabara rishamika rikavamwo abiri, kugira ngo aragure. Arazungagiza imyampi, akitura ibigirwamana vyiwe*, agasuzuma igitigu.