Abalewi 19:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ntimuze murye ikintu na kimwe kirimwo amaraso+. Ntimuze muragure canke ngo mukore ivy’amageza+. 2 Abami 21:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Manase+ yari afise imyaka 12 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 55 aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Hefuziba. 2 Yakoze ivyo Yehova abona ko ari bibi, yigana imigenzo ishisha y’amahanga+ Yehova yari yaromoye akabisa Abisirayeli+. 2 Abami 21:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yaranaturiye umuhungu wiwe bwite amutangako ikimazi*, akora ivy’amageza, aja mu vy’ubupfumu*+, ashiraho abakora ivyo guhanuza abapfuye*, ashiraho na ba rumenyi+. Akora ku rugero runini ivyo Yehova abona ko ari bibi, kugira ngo amubabaze.
21 Manase+ yari afise imyaka 12 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 55 aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Hefuziba. 2 Yakoze ivyo Yehova abona ko ari bibi, yigana imigenzo ishisha y’amahanga+ Yehova yari yaromoye akabisa Abisirayeli+.
6 Yaranaturiye umuhungu wiwe bwite amutangako ikimazi*, akora ivy’amageza, aja mu vy’ubupfumu*+, ashiraho abakora ivyo guhanuza abapfuye*, ashiraho na ba rumenyi+. Akora ku rugero runini ivyo Yehova abona ko ari bibi, kugira ngo amubabaze.