Guharura 35:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Uwishe umuntu abwirizwa kwicwa+ abanje kwagirizwa n’ivyabona+. Ariko ibivuzwe n’icabona kimwe gusa ntibishobora kwicisha umuntu. Gusubira mu vyagezwe 17:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umuntu akwiye kwicwa igihe gusa yagirijwe n’ivyabona bibiri canke bitatu+. Ntakwiye kwicwa yagirijwe n’icabona kimwe+.
30 Uwishe umuntu abwirizwa kwicwa+ abanje kwagirizwa n’ivyabona+. Ariko ibivuzwe n’icabona kimwe gusa ntibishobora kwicisha umuntu.
6 Umuntu akwiye kwicwa igihe gusa yagirijwe n’ivyabona bibiri canke bitatu+. Ntakwiye kwicwa yagirijwe n’icabona kimwe+.