7 Nihagira mwenewanyu akena muri kimwe mu bisagara vyo mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe, ntuze ukomantaze umutima canke ngo upfumbate ikiganza cawe imbere ya mwenewanyu akenye+. 8 Ukwiye gupfumbaturura cane ikiganza cawe+, ukamugurana ivyo akeneye vyose canke ivyo abuze vyose.