Imigani 22:22, 23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Ntunyage umukene ngo ni uko akenye+,kandi ntuhohotere umuntu mutoyi mw’irembo ry’igisagara+,23 kuko Yehova ubwiwe azobaburanira+kandi azokwaka ubuzima ababanyaga utwabo. Yakobo 5:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Raba! Impembo mutahaye abakozi bimbuye imirima yanyu iguma isemerera, kandi ugutabaza kw’abimbuzi kwashitse mu matwi ya Yehova* Nyeningabo+.
22 Ntunyage umukene ngo ni uko akenye+,kandi ntuhohotere umuntu mutoyi mw’irembo ry’igisagara+,23 kuko Yehova ubwiwe azobaburanira+kandi azokwaka ubuzima ababanyaga utwabo.
4 Raba! Impembo mutahaye abakozi bimbuye imirima yanyu iguma isemerera, kandi ugutabaza kw’abimbuzi kwashitse mu matwi ya Yehova* Nyeningabo+.