ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Igihe muzoba muriko murimbura mu gihugu canyu, ntimuze mumarire ibiri ku mpera y’umurima vyose, kandi ntimuze mutoragure* ibizoba vyakorotse*+.

  • Abalewi 23:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Igihe muzoba muriko murimbura mu gihugu canyu, ntimuze mumarire ibiri ku mpera y’umurima wanyu kandi ntimuze mutoragure ibizoba vyasigaye+. Mukwiye kubisigariza umukene*+ n’umunyamahanga aba muri mwebwe+. Ndi Yehova Imana yanyu.”»

  • Rusi 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Mbere muze murasokora dukeya mu vyo muhejeje kugenya, mutumusigire inyuma kugira adutore, kandi ntimumubuze.»

  • Zaburi 41:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 Hahiriwe uwitaho umuntu mutoyi+.

      Yehova azomukiza ku musi w’ivyago.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika