ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 27:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Abakobwa ba Zelofehadi+ baca baraza. Zelofehadi yari umuhungu wa Heferi, Heferi umuhungu wa Gileyadi, Gileyadi umuhungu wa Makiri, Makiri umuhungu wa Manase. Zelofehadi yari uwo mu miryango ikomoka kuri Manase umuhungu wa Yozefu. Abo bakobwa biwe bari Mahila, Nowa, Hogula, Milika na Tiruza.

  • Guharura 27:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Kubera iki none izina rya data ryozimangana mu muryango wiwe ngo ni uko atavyaye abahungu? Nuduhe itongo muri benewabo na data.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika