ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Umunzane usondetse* urashisha Yehova,

      ariko ibuye ry’umunzane rikwiye* riramuhimbara+.

  • Imigani 20:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Amabuye y’umunzane asondetse n’ingero zisondetse*,

      vyose birashisha Yehova+.

  • Mika 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Mbega noba nera* kandi mfise umunzane mubi

      n’isaho ijamwo amabuye bapimisha y’ububeshi+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika