Yosuwa 22:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yehova Imana yanyu yamaze guha amahoro benewanyu, nk’uko nyene yabibasezeraniye+. Ubu murashobora kwisubirira iwanyu*, mu karere Musa umusavyi wa Yehova yabahaye hakurya ya Yorodani*+.
4 Yehova Imana yanyu yamaze guha amahoro benewanyu, nk’uko nyene yabibasezeraniye+. Ubu murashobora kwisubirira iwanyu*, mu karere Musa umusavyi wa Yehova yabahaye hakurya ya Yorodani*+.