Kuvayo 24:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Musa aca afata ya maraso ayamijagira ku bantu+, ababwira ati: «Aya ni amaraso y’isezerano Yehova agiranye namwe hisunzwe aya majambo yose+.»
8 Musa aca afata ya maraso ayamijagira ku bantu+, ababwira ati: «Aya ni amaraso y’isezerano Yehova agiranye namwe hisunzwe aya majambo yose+.»