Kuvayo 19:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 “Mwariboneye ivyo nakoreye Abanyamisiri+ kugira ndabazane iwanje ndabareruye ku mababa y’inkona+. Yosuwa 24:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mu nyuma narungitse Musa na Aroni+ maze nteza ivyago Misiri+, mwebwe nca ndabakurayo.