Gusubira mu vyagezwe 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nuko ku musi wa mbere w’ukwezi kugira 11 mu mwaka ugira 40+, Musa abwira Abisirayeli ivyo Yehova yari yamutegetse kubabwira vyose. Gusubira mu vyagezwe 8:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Mwibuke urugendo rurerure Yehova Imana yanyu yabagirishije muri iyi myaka 40 mu bugaragwa+, kugira abacishe bugufi, abagerageze+, maze amenye ibiri mu mitima yanyu+, ko muzokurikiza amabwirizwa yiwe canke ko mutazoyakurikiza.
3 Nuko ku musi wa mbere w’ukwezi kugira 11 mu mwaka ugira 40+, Musa abwira Abisirayeli ivyo Yehova yari yamutegetse kubabwira vyose.
2 Mwibuke urugendo rurerure Yehova Imana yanyu yabagirishije muri iyi myaka 40 mu bugaragwa+, kugira abacishe bugufi, abagerageze+, maze amenye ibiri mu mitima yanyu+, ko muzokurikiza amabwirizwa yiwe canke ko mutazoyakurikiza.