Nehemiya 8:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Umuherezi Ezira aca azana ayo mategeko imbere y’ishengero+ rigizwe n’abagabo, abagore n’abo bose bashobora kwumva bagategera. Hari ku musi wa mbere w’ukwezi kugira indwi+.
2 Umuherezi Ezira aca azana ayo mategeko imbere y’ishengero+ rigizwe n’abagabo, abagore n’abo bose bashobora kwumva bagategera. Hari ku musi wa mbere w’ukwezi kugira indwi+.