Kuvayo 6:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Muzoba abantu banje nanje mbe Imana yanyu+. Muzomenya vy’ukuri ko jewe Yehova Imana yanyu ari jewe ndiko ndabakura mu bikorwa biruhisha Abanyamisiri babakoresha. Kuvayo 29:45 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 45 Nzobana n’Abisirayeli, mbe Imana yabo+.
7 Muzoba abantu banje nanje mbe Imana yanyu+. Muzomenya vy’ukuri ko jewe Yehova Imana yanyu ari jewe ndiko ndabakura mu bikorwa biruhisha Abanyamisiri babakoresha.