Itanguriro 28:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abona kandi Yehova ari hejuru yayo, maze abwira Yakobo ati: «Ndi Yehova Imana ya Aburahamu sokuru wawe n’Imana ya Izahaki+. Iki gihugu uryamyeko nzokiguha mwe n’uruvyaro* rwawe+.
13 Abona kandi Yehova ari hejuru yayo, maze abwira Yakobo ati: «Ndi Yehova Imana ya Aburahamu sokuru wawe n’Imana ya Izahaki+. Iki gihugu uryamyeko nzokiguha mwe n’uruvyaro* rwawe+.