Guharura 25:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Igihe Abisirayeli baba i Shitimu+, baratanguye gusambana n’abagore b’i Mowabu+. 2 Abo bagore barabatumiye ngo basangire ibimazi bashikaniye imana zabo+, na bo batangura kurya no kwunamira izo mana+.
25 Igihe Abisirayeli baba i Shitimu+, baratanguye gusambana n’abagore b’i Mowabu+. 2 Abo bagore barabatumiye ngo basangire ibimazi bashikaniye imana zabo+, na bo batangura kurya no kwunamira izo mana+.