19 Urubibe rw’Abanyakanani rwava i Sidoni rugashika i Gerari+ hafi ya Gaza+, rukabandanya gushika i Sodomu, Gomora+, Adima n’i Zeboyimu+ hafi ya Lasha.
2 baja gutera Bera umwami wa Sodomu+, Birisha umwami wa Gomora+, Shinabu umwami wa Adima, Shemeberi umwami wa Zeboyimu+ n’umwami wa Bela ari yo Zowari.