ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 9:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Iyi nzu wubatse izosigara ari ibihomvagurike+. Uwuzoyica iruhande wese azoyiraba yumirwe, avuze agahwa, abaze ati: “Mbe basha iki gihugu n’iyi nzu Yehova yabihoye iki+?” 9 Bazomwishura bati: “Abantu bahaba barahevye Yehova Imana yabo yakuye ba sekuruza babo mu gihugu ca Misiri, baja ku zindi mana, barazunamira barazisenga*. Ni co catumye Yehova abateza ibi vyago vyose+.”»

  • 2 Ngoma 7:21, 22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Iyi nzu wubatse izosigara ari ibihomvagurike. Uwuzoyica iruhande wese azoyiraba yumirwe+, abaze ati: “Mbe basha iki gihugu n’iyi nzu Yehova yabihoye iki+?” 22 Bazomwishura bati: “Abantu bahaba barahevye Yehova+ Imana ya ba sekuruza yabakuye mu gihugu ca Misiri+, baja ku zindi mana, barazunamira barazisenga*+. Ni co catumye abateza ibi vyago vyose+.”»

  • Yeremiya 22:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Amahanga menshi azoca iruhande y’iki gisagara, abazanye ati: ‘Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gisagara gikomeye+?’ 9 Maze bazobishura bati: ‘Ni kubera yuko bataye isezerano rya Yehova Imana yabo, bunamira izindi mana barazikorera+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika