Yeremiya 31:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ntirizoba rimeze nka rya sezerano nagirana na ba sekuruza ku musi nabafata ukuboko nkabakura mu gihugu ca Misiri+. “Iryo sezerano ryanje bararirenze+, naho nari shebuja wabo w’ukuri*”, ni ko Yehova avuze.»
32 Ntirizoba rimeze nka rya sezerano nagirana na ba sekuruza ku musi nabafata ukuboko nkabakura mu gihugu ca Misiri+. “Iryo sezerano ryanje bararirenze+, naho nari shebuja wabo w’ukuri*”, ni ko Yehova avuze.»