Abacamanza 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nuko baheba Yehova Imana ya ba sekuruza yari yarabakuye mu gihugu ca Misiri+. Bakurikira izindi mana, imana z’amahanga yari abakikuje+. Barazunamira, bababaza Yehova+.
12 Nuko baheba Yehova Imana ya ba sekuruza yari yarabakuye mu gihugu ca Misiri+. Bakurikira izindi mana, imana z’amahanga yari abakikuje+. Barazunamira, bababaza Yehova+.