ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:45
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 45 Iyi mivumo yose+ izobazako, ibakurikire kandi ibahamvye gushika muherengeteye mwese+, kuko mutazoba mwumvirije ijwi rya Yehova Imana yanyu, ngo mukurikize amabwirizwa yiwe n’ivyagezwe vyiwe ndabategetse uyu musi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:63
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 63 Nk’uko Yehova yahimbawe no kubahezagira akabagwiza, ni ko nyene Yehova azohimbarwa no kubatikiza abaherengeteze. Azobarandura mu gihugu mugira mwigarurire.

  • 1 Abami 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Yehova azohana Abisirayeli bamere nk’irenga rizungagizwa n’amazi. Azobarandura abakure mu gihugu ciza yahaye ba sekuruza+, abashwiragirize hakurya ya rwa ruzi runini*+ kubera ko bakoze inkingi nyeranda z’ibiti*+, bakababaza Yehova.

  • 2 Abami 17:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Yehova yaciye ashavurira cane Abisirayeli, bituma abomora bamuva imbere+. Abo mu muryango wa Yuda ni bo gusa basigaye.

  • Luka 21:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Bazokwicwa n’inkota kandi bajanwe ari imbohe mu mahanga yose+. Yeruzalemu izohonyangwa n’amahanga* gushika ibihe amahanga yahawe birangiye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika