ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 15:18-21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Kuri uwo musi Yehova agirana isezerano na Aburamu+, avuga ati: «Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro* rwawe, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini ari rwo Efurate+. 19 Nzobaha akarere k’Abakeni+, ak’Abakenizi, Abakadimoni, 20 Abaheti+, Abaperizi+, Abarefayimu+, 21 Abamori, Abanyakanani, Abagirugashi n’Abayebusi+.»

  • Kuvayo 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ni co gituma nafashe ingingo yo kubakura mu magorwa+ Abanyamisiri babateza, kugira ndabajane mu gihugu c’Abanyakanani, Abaheti, Abamori+, Abaperizi, Abahiwi n’Abayebusi+, igihugu gitemba amata n’ubuki+.’”

  • Kuvayo 23:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Umumarayika wanje azobaja imbere abashikane mu gihugu c’Abamori, Abaheti, Abaperizi, Abanyakanani, Abahiwi n’Abayebusi kandi nzobazimanganya+.

  • Gusubira mu vyagezwe 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Yehova Imana yanyu niyamara kubashikana mu gihugu mugira mwigarurire+, azokwirukana imbere yanyu amahanga y’abantu benshi+: Abaheti, Abagirugashi, Abamori+, Abanyakanani, Abaperizi, Abahiwi n’Abayebusi+, amahanga indwi agizwe n’abantu benshi kandi akomeye kubarusha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika