Yosuwa 9:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Baca bamubwira bati: «Twebwe abasavyi bawe tuje tuva mu gihugu ca kure cane+ kubera twubaha izina rya Yehova Imana yawe. Twarumvise ingene ari rurangiranwa n’ivyo yakoze mu Misiri vyose+. Yosuwa 9:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Maze Yosuwa agirana na bo isezerano ry’amahoro+, abemerera ko atazobica. Abakuru b’ishengero rya Isirayeli na bo nyene barabarahira ko bazokwubahiriza iryo sezerano+. Yosuwa 11:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nta gisagara na kimwe cagiranye isezerano ry’amahoro n’Abisirayeli kiretse Abahiwi baba i Gibeyoni+. Ibindi bisagara vyose babifatishije umuheto+.
9 Baca bamubwira bati: «Twebwe abasavyi bawe tuje tuva mu gihugu ca kure cane+ kubera twubaha izina rya Yehova Imana yawe. Twarumvise ingene ari rurangiranwa n’ivyo yakoze mu Misiri vyose+.
15 Maze Yosuwa agirana na bo isezerano ry’amahoro+, abemerera ko atazobica. Abakuru b’ishengero rya Isirayeli na bo nyene barabarahira ko bazokwubahiriza iryo sezerano+.
19 Nta gisagara na kimwe cagiranye isezerano ry’amahoro n’Abisirayeli kiretse Abahiwi baba i Gibeyoni+. Ibindi bisagara vyose babifatishije umuheto+.