Gusubira mu vyagezwe 28:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yehova azotuma mutsinda abansi baje kubatera+. Bazozanana inzira imwe baje kubatera, ariko bazobahunga baciye mu nzira indwi+.
7 Yehova azotuma mutsinda abansi baje kubatera+. Bazozanana inzira imwe baje kubatera, ariko bazobahunga baciye mu nzira indwi+.